Matayo 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko ahamagaza abigishwa biwe cumi na babiri, abaha ububasha ku mpwemu zihumanye+, kugira bazirukane no kugira bakize indwara z’ubwoko bwose n’ubumuga bw’ubwoko bwose. Mariko 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Buno ahamagaza bamwe cumi na babiri, atanguza ivyo kubatuma babiribabiri+, kandi abaha ububasha ku mpwemu zihumanye+.
10 Nuko ahamagaza abigishwa biwe cumi na babiri, abaha ububasha ku mpwemu zihumanye+, kugira bazirukane no kugira bakize indwara z’ubwoko bwose n’ubumuga bw’ubwoko bwose.
7 Buno ahamagaza bamwe cumi na babiri, atanguza ivyo kubatuma babiribabiri+, kandi abaha ububasha ku mpwemu zihumanye+.