Luka 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Haciye igihe gitoyi, agendagenda ava mu gisagara aja mu kindi, ava mu kigwati aja mu kindi, yamamaza yongera amenyesha inkuru nziza y’ubwami bw’Imana+. Kandi bamwe cumi na babiri bari kumwe na we,
8 Haciye igihe gitoyi, agendagenda ava mu gisagara aja mu kindi, ava mu kigwati aja mu kindi, yamamaza yongera amenyesha inkuru nziza y’ubwami bw’Imana+. Kandi bamwe cumi na babiri bari kumwe na we,