Matayo 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mukize abarwaye+, muzure abapfuye, muhumanure abarwaye imibembe, mwirukane amadayimoni. Mwahawe ku buntu, mutange ku buntu+. Ivyakozwe 10:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Abizigirwa bari bazananye na Petero bo mu bagenyerewe barumirwa, kubera ko ingabirano ya gusa y’impwemu nyeranda yariko irasukwa no ku banyamahanga+.
8 Mukize abarwaye+, muzure abapfuye, muhumanure abarwaye imibembe, mwirukane amadayimoni. Mwahawe ku buntu, mutange ku buntu+.
45 Abizigirwa bari bazananye na Petero bo mu bagenyerewe barumirwa, kubera ko ingabirano ya gusa y’impwemu nyeranda yariko irasukwa no ku banyamahanga+.