1 Abakorinto 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 turabandikiye mwebwe shengero ry’Imana riri i Korinto+, mwebwe abejejwe+ mu bumwe na Kristu Yezu, bahamagariwe kuba aberanda+, hamwe n’abambaza bose ahantu hose izina+ ry’Umukama wacu, Yezu Kristu, Umukama wabo akaba n’uwacu+: 2 Timoteyo 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Hunga rero ivyipfuzo bijana n’ubuto+, mugabo ukurikirane ubugororotsi+, ukwizera, urukundo, amahoro+, uri kumwe n’abambaza Umukama n’umutima udahumanye+.
2 turabandikiye mwebwe shengero ry’Imana riri i Korinto+, mwebwe abejejwe+ mu bumwe na Kristu Yezu, bahamagariwe kuba aberanda+, hamwe n’abambaza bose ahantu hose izina+ ry’Umukama wacu, Yezu Kristu, Umukama wabo akaba n’uwacu+:
22 Hunga rero ivyipfuzo bijana n’ubuto+, mugabo ukurikirane ubugororotsi+, ukwizera, urukundo, amahoro+, uri kumwe n’abambaza Umukama n’umutima udahumanye+.