Ivyakozwe 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 buno nyene aca atangura kwamamaza Yezu mu masinagogi+, yuko Uyo ari Umwana w’Imana.