Matayo 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yasa n’umuravyo+, ivyambarwa vyiwe na vyo vyera derere nk’urubura+. Ivyakozwe 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bagihanze amaso mw’ijuru akiriko aragenda+, baja babona abagabo babiri bambaye impuzu zera+ bahagaze iruhande yabo,
10 Bagihanze amaso mw’ijuru akiriko aragenda+, baja babona abagabo babiri bambaye impuzu zera+ bahagaze iruhande yabo,