Zaburi 107:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Arungika ijambo ryiwe, arabakiza+,Arabakiza ivyobo vyabo+. Zaburi 147:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Arungika ijambo ryiwe+ akabishongesha.Atuma umuyaga wiwe uhuhuta+;Amazi aratemba.