Matayo 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose+ abigishwa+, mubabatiza+ mw’izina rya Data+ n’iry’Umwana+ n’iry’impwemu nyeranda+, Ivyakozwe 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”
19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose+ abigishwa+, mubabatiza+ mw’izina rya Data+ n’iry’Umwana+ n’iry’impwemu nyeranda+,
8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”