Ivyakozwe 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Bamaze gutakamba, ahantu bari bakoraniye haranyiganyiga+; maze bose uko bangana buzuzwa impwemu nyeranda+, bavuga ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi+. Ivyakozwe 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 bano na bo baramanuka barabasengera ngo baronke impwemu nyeranda+.
31 Bamaze gutakamba, ahantu bari bakoraniye haranyiganyiga+; maze bose uko bangana buzuzwa impwemu nyeranda+, bavuga ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi+.