Ivyakozwe 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kandi Imana, imwe izi umutima+, yarashinze intahe mu kubaha impwemu nyeranda+, nk’uko natwe yayiduhaye. Abagalatiya 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iki gusa ni co nshaka ko munsigurira: Mbega mwaronse impwemu+ kubera ibikorwa vy’itegeko+ canke kubera mwumvise+ hanyuma mukizera?
8 kandi Imana, imwe izi umutima+, yarashinze intahe mu kubaha impwemu nyeranda+, nk’uko natwe yayiduhaye.
2 Iki gusa ni co nshaka ko munsigurira: Mbega mwaronse impwemu+ kubera ibikorwa vy’itegeko+ canke kubera mwumvise+ hanyuma mukizera?