Ivyakozwe 2:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 bashemeza Imana kandi bakagira ubutoni ku bantu bose+. Ico gihe nyene ku musi ku musi Yehova yaguma abongerako+ abaza barakizwa+. Ivyakozwe 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko benshi mu bari bumvirije iryo jambo baremera+, igitigiri c’abagabo gicika nk’ibihumbi bitanu+. Ivyakozwe 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ikigeretseko, abemera Umukama baguma bongerwako, abagabo n’abagore indiri+; Ivyakozwe 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze koko ishengero+, i Yudaya n’i Galilaya n’i Samariya hose, rija mu kiringo c’amahoro, rirubakwa; kandi kubera ko ryagendera mu gutinya Yehova+ no mu ruhoza rw’impwemu nyeranda+, ryaguma rigwira.
47 bashemeza Imana kandi bakagira ubutoni ku bantu bose+. Ico gihe nyene ku musi ku musi Yehova yaguma abongerako+ abaza barakizwa+.
4 Ariko benshi mu bari bumvirije iryo jambo baremera+, igitigiri c’abagabo gicika nk’ibihumbi bitanu+.
31 Maze koko ishengero+, i Yudaya n’i Galilaya n’i Samariya hose, rija mu kiringo c’amahoro, rirubakwa; kandi kubera ko ryagendera mu gutinya Yehova+ no mu ruhoza rw’impwemu nyeranda+, ryaguma rigwira.