Matayo 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Kuko ihanga rizohagurukira irindi hanga+, n’ubwami bugahagurukira ubundi bwami+, kandi hazoba amapfa+ na vya nyamugigima+, biva hamwe bija ahandi. Luka 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nk’akarorero, ndababwije ukuri: Hari abapfakazi benshi muri Isirayeli mu misi ya Eliya, igihe ijuru ryugarwa imyaka itatu n’amezi atandatu, ku buryo ikigoyi gikomeye gitera mu gihugu cose+,
7 “Kuko ihanga rizohagurukira irindi hanga+, n’ubwami bugahagurukira ubundi bwami+, kandi hazoba amapfa+ na vya nyamugigima+, biva hamwe bija ahandi.
25 Nk’akarorero, ndababwije ukuri: Hari abapfakazi benshi muri Isirayeli mu misi ya Eliya, igihe ijuru ryugarwa imyaka itatu n’amezi atandatu, ku buryo ikigoyi gikomeye gitera mu gihugu cose+,