2 Timoteyo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nka kumwe rero Yane na Yambure+ barwanya Musa, ni ko n’abo nyene babandanya kurwanya ukuri+, abantu bononekaye rwose mu muzirikanyi+, batemewe ku bijanye n’ukwizera+.
8 Nka kumwe rero Yane na Yambure+ barwanya Musa, ni ko n’abo nyene babandanya kurwanya ukuri+, abantu bononekaye rwose mu muzirikanyi+, batemewe ku bijanye n’ukwizera+.