Kuvayo 16:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko bene Isirayeli barya manu imyaka mirongo ine+, kugeza bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Manu ni yo bariye kugeza bashitse ku mupaka w’igihugu ca Kanani+. Guharura 14:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hakurikijwe igitigiri c’imisi mwatase ico gihugu, imisi mirongo ine+, umusi ugahura n’umwaka, umusi ugahura n’umwaka+, muzokwishura amakosa yanyu imyaka mirongo ine+, kuko muzomenya ata kabuza ico ukunyinuba gusobanura+. Gusubira mu vyagezwe 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+. Arazi neza igenda ryawe muri aka gahinga kanini. Iyi myaka mirongo ine+ Yehova Imana yawe yarabanye nawe. Nta kintu wabuze+.”’
35 Nuko bene Isirayeli barya manu imyaka mirongo ine+, kugeza bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Manu ni yo bariye kugeza bashitse ku mupaka w’igihugu ca Kanani+.
34 Hakurikijwe igitigiri c’imisi mwatase ico gihugu, imisi mirongo ine+, umusi ugahura n’umwaka, umusi ugahura n’umwaka+, muzokwishura amakosa yanyu imyaka mirongo ine+, kuko muzomenya ata kabuza ico ukunyinuba gusobanura+.
7 Kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+. Arazi neza igenda ryawe muri aka gahinga kanini. Iyi myaka mirongo ine+ Yehova Imana yawe yarabanye nawe. Nta kintu wabuze+.”’