1 Abami 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Dawidi aryama hamwe na ba sekuruza+, ahambwa mu Gisagara ca Dawidi+. Ivyakozwe 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Bagabo, bene wacu, nta kimbuza kubabwirana umwidegemvyo wo kuvuga ku vyerekeye wa mukuru w’umuryango Dawidi, yuko yahwereye+ agahambwa, n’imva yiwe ikaba iri muri twebwe gushika n’uno musi.
29 “Bagabo, bene wacu, nta kimbuza kubabwirana umwidegemvyo wo kuvuga ku vyerekeye wa mukuru w’umuryango Dawidi, yuko yahwereye+ agahambwa, n’imva yiwe ikaba iri muri twebwe gushika n’uno musi.