Ivyakozwe 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Abayuda batemera baragumura+ bongera bosha imitima y’abanyamahanga kurwanya abavukanyi+. Ivyakozwe 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo hashika Abayuda bavuye i Antiyokiya no muri Ikoniyo maze bosha amasinzi+, hanyuma batera amabuye Paulo, bamuburutira inyuma y’igisagara, biyumvira ko yapfuye+.
19 Mugabo hashika Abayuda bavuye i Antiyokiya no muri Ikoniyo maze bosha amasinzi+, hanyuma batera amabuye Paulo, bamuburutira inyuma y’igisagara, biyumvira ko yapfuye+.