Ivyakozwe 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 hanyuma umugabo umwe yacumbagira kuva akiva mu nda ya nyina+ yari ateruwe, kandi imisi yose bamushira hafi y’umuryango w’urusengero witwa Mwiza+, kugira ngo asabe imfashanyo* abinjira mu rusengero+.
2 hanyuma umugabo umwe yacumbagira kuva akiva mu nda ya nyina+ yari ateruwe, kandi imisi yose bamushira hafi y’umuryango w’urusengero witwa Mwiza+, kugira ngo asabe imfashanyo* abinjira mu rusengero+.