Daniyeli 2:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Ako kanya Umwami Nebukadinezari aca agwa hasi yubamye, aha icubahiro Daniyeli, avuga ko ahabwa impano, agashikanirwa n’imibavu*+.
46 Ako kanya Umwami Nebukadinezari aca agwa hasi yubamye, aha icubahiro Daniyeli, avuga ko ahabwa impano, agashikanirwa n’imibavu*+.