ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+.

  • Kuvayo 20:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko mu misi itandatu Yehova yakoze amajuru n’isi n’ikiyaga be n’ikintu cose kiri muri vyo+, hanyuma agatangura kuruhuka ku musi ugira indwi+. Ni co gituma Yehova yahezagiye umusi w’isabato, akawugira mweranda+.

  • Zaburi 33:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Kw’ijambo rya Yehova amajuru yarakozwe+,

      Ku mpwemu yo mu kanwa kiwe na ho ingabo zayo zose zirakorwa+.

  • Zaburi 146:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,

      W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,

      Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,

  • Ivyakozwe 4:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Aho bavyumviye, bashira amajwi yabo hejuru babwira Imana bahuje inama+, bati:

      “Mukama Segaba+, ni wewe wakoze ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika