Ivyakozwe 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nya bantu, bafata ikiyaga bava i Pafo bashika i Peruga h’i Pamfiliya+ bari kumwe na Paulo. Mugabo Yohani+ abasigayo asubira+ i Yeruzalemu.
13 Nya bantu, bafata ikiyaga bava i Pafo bashika i Peruga h’i Pamfiliya+ bari kumwe na Paulo. Mugabo Yohani+ abasigayo asubira+ i Yeruzalemu.