1 Abatesalonika 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Paulo na Silivano+ na Timoteyo+, turabandikiye mwebwe shengero ry’Abatesalonika ryunze ubumwe+ n’Imana ari yo Data hamwe n’Umukama Yezu Kristu: Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro+. 1 Petero 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Biciye kuri Silivano+, mwene wacu w’umwizigirwa, nk’uko ndamufata, ndabandikiye muri make+ ngo ntange indemesho, nshinge n’intahe ndabigiranye ubwira yuko ubu ari bwo buntu nyakuri ata wari abukwiriye bw’Imana; mubuhagararemwo mushikamye+.
1 Paulo na Silivano+ na Timoteyo+, turabandikiye mwebwe shengero ry’Abatesalonika ryunze ubumwe+ n’Imana ari yo Data hamwe n’Umukama Yezu Kristu: Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro+.
12 Biciye kuri Silivano+, mwene wacu w’umwizigirwa, nk’uko ndamufata, ndabandikiye muri make+ ngo ntange indemesho, nshinge n’intahe ndabigiranye ubwira yuko ubu ari bwo buntu nyakuri ata wari abukwiriye bw’Imana; mubuhagararemwo mushikamye+.