Ivyakozwe 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 aho babimenyesherejwe bahungira+ mu bisagara vya Lukawoniya, Lusitira na Derube no mu gihugu co mu micungararo; 2 Timoteyo 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 uguhamwa kwanje, imibabaro yanje, mwene vya bintu vyanshikira i Antiyokiya+, muri Ikoniyo+, i Lusitira+, mwene rwa ruhamo nihanganira; yamara vyose Umukama yarandokoye abinkuramwo+.
6 aho babimenyesherejwe bahungira+ mu bisagara vya Lukawoniya, Lusitira na Derube no mu gihugu co mu micungararo;
11 uguhamwa kwanje, imibabaro yanje, mwene vya bintu vyanshikira i Antiyokiya+, muri Ikoniyo+, i Lusitira+, mwene rwa ruhamo nihanganira; yamara vyose Umukama yarandokoye abinkuramwo+.