2 Abakorinto 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Igihe rero nashika i Tirowa+ kumenyesha inkuru nziza yerekeye Kristu, kandi nkugururirwa umuryango mu Mukama+, 2 Timoteyo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Niwaza, uzane ca gikwemu nasigira Karupo i Tirowa+, na ya mizingo y’ibitabu, canecane iyo mu nsato.
12 Igihe rero nashika i Tirowa+ kumenyesha inkuru nziza yerekeye Kristu, kandi nkugururirwa umuryango mu Mukama+,
13 Niwaza, uzane ca gikwemu nasigira Karupo i Tirowa+, na ya mizingo y’ibitabu, canecane iyo mu nsato.