-
Ivyakozwe 5:23Bibiliya y’isi nshasha
-
-
23 bati: “Ibohero twasanze ryugaye riri mu mutekano ntangere, n’abarinzi bahagaze ku miryango, mugabo aho twugururiye nta n’umwe twasanzeyo.”
-