Ivyakozwe 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Buno nyene rero, nya bantu bagira bamusambishe hariko no kumusinzikariza ubuzima baramureka baragenda; nya mukomanda aca agira ubwoba aho amenyeye neza yuko ari Umuroma+ kandi akaba yari yamuboshe.
29 Buno nyene rero, nya bantu bagira bamusambishe hariko no kumusinzikariza ubuzima baramureka baragenda; nya mukomanda aca agira ubwoba aho amenyeye neza yuko ari Umuroma+ kandi akaba yari yamuboshe.