Ivyakozwe 18:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko uwo mugabo atangura kuvugana ubutinyutsi mw’isinagogi. Aho Pirisila na Akwila+ bamwumviye, baramujana baramusigurira neza inzira y’Imana mu buryo bugororotse kuruta. 1 Abakorinto 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amashengero yo muri Aziya arabaramutsa+. Akwila na Pirisika hamwe n’ishengero riri mu nzu yabo+ barabaramutsa mu Mukama bimwe bivuye ku mutima. 2 Timoteyo 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Undamukirize Pirisika+ na Akwila be n’urugo rwa Onesiforo+.
26 Nuko uwo mugabo atangura kuvugana ubutinyutsi mw’isinagogi. Aho Pirisila na Akwila+ bamwumviye, baramujana baramusigurira neza inzira y’Imana mu buryo bugororotse kuruta.
19 Amashengero yo muri Aziya arabaramutsa+. Akwila na Pirisika hamwe n’ishengero riri mu nzu yabo+ barabaramutsa mu Mukama bimwe bivuye ku mutima.