Yeremiya 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bazokurwanya koko, mugabo ntibazokunesha+, kuko ‘ndi kumwe nawe+ kugira nkurokore+,’ ni ko Yehova avuze.” Matayo 28:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 mubigisha+ kwubahiriza+ ibintu vyose nabategetse+. Kandi ehe ndi kumwe namwe+ imisi yose gushika ku nsozero y’ivy’isi+.”
19 Bazokurwanya koko, mugabo ntibazokunesha+, kuko ‘ndi kumwe nawe+ kugira nkurokore+,’ ni ko Yehova avuze.”
20 mubigisha+ kwubahiriza+ ibintu vyose nabategetse+. Kandi ehe ndi kumwe namwe+ imisi yose gushika ku nsozero y’ivy’isi+.”