Ivyakozwe 21:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 maze turasezerana+, turaheza twurira ubwato mugabo bo basubira iwabo.