Luka 24:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Maze ahera kuri Musa+ no ku Bahanuzi+ bose, abasobanurira ibintu bijanye na we ubwiwe mu Vyanditswe vyose. 1 Abakorinto 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko mu bintu vya mbere nabahereje, harimwo ico nanje nahawe+, yuko Kristu yapfuye ku bw’ibicumuro vyacu nk’uko Ivyanditswe bivuga+; 2 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,
27 Maze ahera kuri Musa+ no ku Bahanuzi+ bose, abasobanurira ibintu bijanye na we ubwiwe mu Vyanditswe vyose.
3 Kuko mu bintu vya mbere nabahereje, harimwo ico nanje nahawe+, yuko Kristu yapfuye ku bw’ibicumuro vyacu nk’uko Ivyanditswe bivuga+;
16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,