Ivyakozwe 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bamushikiriye ababwira ati: “Murazi neza ingene kuva umusi wa mbere nahonyoje ikirenge mu ntara ya Aziya+ nagumanye namwe igihe cose+, 2 Timoteyo 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ibi urabizi, yuko abantu bose mu ntara ya Aziya+ bampevye+. Muri abo harimwo Figelo na Herumojene.
18 Bamushikiriye ababwira ati: “Murazi neza ingene kuva umusi wa mbere nahonyoje ikirenge mu ntara ya Aziya+ nagumanye namwe igihe cose+,
15 Ibi urabizi, yuko abantu bose mu ntara ya Aziya+ bampevye+. Muri abo harimwo Figelo na Herumojene.