-
Matayo 7:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Wa mwiyorobetsi we! Banza ukure nya kigiga mu jisho ryawe, maze uzoheza ubone neza ingene ukura igikumbi mu jisho rya mwene wanyu.