Matayo 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwa nzoka mwe, mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, muzohunga mute urubanza rwa Gehena+? Mariko 12:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Ni bo barotsa inzu+ z’abapfakazi, hanyuma bagatura amasengesho maremare bwa citwazo; abo bazocirwa urubanza ruremereye kuruta+.” 1 Timoteyo 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ibicumuro vy’abantu bamwe biribonekeza icese+, bigashikana ubwo nyene ku rubanza, abandi na bo ibicumuro vyabo na vyo nyene biribonekeza mu nyuma+.
40 Ni bo barotsa inzu+ z’abapfakazi, hanyuma bagatura amasengesho maremare bwa citwazo; abo bazocirwa urubanza ruremereye kuruta+.”
24 Ibicumuro vy’abantu bamwe biribonekeza icese+, bigashikana ubwo nyene ku rubanza, abandi na bo ibicumuro vyabo na vyo nyene biribonekeza mu nyuma+.