11 Namani aca ararakara+ maze atangura kugenda, avuga ati: “Ehe nari nibwiye nti+: ‘Arasohoka aze aho ndi, ahagarare koko maze yambaze izina rya Yehova Imana yiwe hanyuma azungagirize ukuboko kwiwe hejuru ya nya hantu aheze akize koko umunyamibembe.’