Yeremiya 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzogira ico mbaza abantu bose bagenyerewe mugabo bakaguma batagenyerewe+, Abagalatiya 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko mu bijanye na Kristu Yezu, kwaba ukugenyerwa canke ukutagenyerwa+ nta kamaro bifise, igihambaye ni ukwizera+ gukoreshwa n’urukundo+.
25 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzogira ico mbaza abantu bose bagenyerewe mugabo bakaguma batagenyerewe+,
6 Kuko mu bijanye na Kristu Yezu, kwaba ukugenyerwa canke ukutagenyerwa+ nta kamaro bifise, igihambaye ni ukwizera+ gukoreshwa n’urukundo+.