Gusubira mu vyagezwe 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+? Zaburi 147:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ahishurira ijambo ryiwe Yakobo+,Ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo ziwe z’ubutungane akabihishurira Isirayeli+. Ivyakozwe 7:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.
8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+?
19 Ahishurira ijambo ryiwe Yakobo+,Ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo ziwe z’ubutungane akabihishurira Isirayeli+.
38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.