Abaroma 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko bose bacumuye+ bakaba badashikira ubuninahazwa bw’Imana+, Abagalatiya 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo Icanditswe+ caratanze ibintu vyose hamwe ngo vyugaranwe n’igicumuro+, kugira ngo umuhango uva ku kwizera kwerekeye Yezu Kristu uhabwe abizera+.
22 Mugabo Icanditswe+ caratanze ibintu vyose hamwe ngo vyugaranwe n’igicumuro+, kugira ngo umuhango uva ku kwizera kwerekeye Yezu Kristu uhabwe abizera+.