Abaroma 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 None iciza cacitse urupfu kuri jewe? Ntibikabe! Ahubwo ni igicumuro, kugira ngo cerekanwe nk’igicumuro kinzanira urupfu biciye ku ciza+; kugira ngo igicumuro kirushirize gucika igicumuzi biciye kw’ibwirizwa+. Abagalatiya 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 None Itegeko rihari kubera iki? Ryongeweko kugira ngo ibigabitanyo bije ahabona+, kugeza hashitse+ uruvyaro rwari rwarahawe umuhango; kandi ryashikirijwe biciye ku bamarayika+, ricishwa mu kuboko kw’umuhuza+.
13 None iciza cacitse urupfu kuri jewe? Ntibikabe! Ahubwo ni igicumuro, kugira ngo cerekanwe nk’igicumuro kinzanira urupfu biciye ku ciza+; kugira ngo igicumuro kirushirize gucika igicumuzi biciye kw’ibwirizwa+.
19 None Itegeko rihari kubera iki? Ryongeweko kugira ngo ibigabitanyo bije ahabona+, kugeza hashitse+ uruvyaro rwari rwarahawe umuhango; kandi ryashikirijwe biciye ku bamarayika+, ricishwa mu kuboko kw’umuhuza+.