Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.” 1 Abakorinto 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo mubikesheje yo ni ho mwunze ubumwe na Kristu Yezu, uwacitse ubukerebutsi+ buva ku Mana kuri twebwe, n’ubugororotsi+ n’ukwezwa+ be n’ukubohorwa biciye ku ncungu*+; 1 Timoteyo 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 uwitanze ngo abe incungu* y’indinganire ku bwa bose+... ivyo ni vyo bikwiye gushingirwa intahe ku bihe vyavyo nyene. 1 Petero 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 We ubwiwe yarikoreye ibicumuro vyacu+ mu mubiri wiwe bwite ku giti+, kugira ngo tuvavanure n’ibicumuro+ hanyuma tubereho gukora ivy’ubugororotsi. Kandi “mwakijijwe biciye ku bisebe vyiwe+.”
28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.”
30 Mugabo mubikesheje yo ni ho mwunze ubumwe na Kristu Yezu, uwacitse ubukerebutsi+ buva ku Mana kuri twebwe, n’ubugororotsi+ n’ukwezwa+ be n’ukubohorwa biciye ku ncungu*+;
6 uwitanze ngo abe incungu* y’indinganire ku bwa bose+... ivyo ni vyo bikwiye gushingirwa intahe ku bihe vyavyo nyene.
24 We ubwiwe yarikoreye ibicumuro vyacu+ mu mubiri wiwe bwite ku giti+, kugira ngo tuvavanure n’ibicumuro+ hanyuma tubereho gukora ivy’ubugororotsi. Kandi “mwakijijwe biciye ku bisebe vyiwe+.”