Ivyakozwe 17:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+. Abaroma 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Canke usuzugura ubutunzi bw’ubuntu bwayo+ n’ukwirengagiza kwayo+ n’ukwiyumanganya kwayo+, kubera ko utazi yuko ubuntu bw’Imana buriko burondera kukujana ku kwigaya+?
30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+.
4 Canke usuzugura ubutunzi bw’ubuntu bwayo+ n’ukwirengagiza kwayo+ n’ukwiyumanganya kwayo+, kubera ko utazi yuko ubuntu bw’Imana buriko burondera kukujana ku kwigaya+?