Abaroma 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kugira ngo igisabwa kigororotse c’Itegeko kirangukire+ muri twebwe abatagenda bisunga umubiri, ahubwo bagenda bisunga impwemu+. Abaroma 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Urukundo+ ntirukorera ikibi umugenzi+; urukundo rero ni ryo ranguka ry’itegeko+.
4 kugira ngo igisabwa kigororotse c’Itegeko kirangukire+ muri twebwe abatagenda bisunga umubiri, ahubwo bagenda bisunga impwemu+.