ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 20:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Ni Imana, atari iy’abapfuye, ahubwo y’abazima, kuko bose ari bazima kuri yo+.”

  • 1 Abakorinto 1:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 kandi Imana yatoye ibibayabaye vyo mw’isi be n’ibigawa, ibitariho+, kugira ihindure ubusa+ ibiriho,

  • 1 Petero 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko kera mutari igisata, mugabo ubu muri igisata c’Imana+; mwari abatari baragiriwe imbabazi, mugabo ubu muri abagiriwe imbabazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika