Abagalatiya 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abumira ku kwizera rero bariko barahezagirirwa+ hamwe na wa mwizigirwa Aburahamu+. Abaheburayo 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.
34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.