ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ni jewe muryango+; uwo wese yinjira aciye muri jewe azokizwa, kandi azokwinjira yongere asohoke, aronke uburagiriro+.

  • 2 Abakorinto 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Mugabo ibintu vyose biva ku Mana, yo yadusubije hamwe+ na yo biciye kuri Kristu ikongera ikaduha ubusuku+ bw’ugusubiza hamwe,

  • Abanyefeso 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.

  • Abanyefeso 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 biciye kuri we tukaba dufise uyu mwidegemvyo wo kuvuga kandi tugashobora kwegera Imana+ ata mazinda, tubihawe n’ukwizera dufise muri we.

  • Abaheburayo 10:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Rero ga bene wacu, ko dufise ubutinyutsi bwo guca mu nzira yinjira+ ahantu heranda+ biciye ku maraso ya Yezu,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika