Itanguriro 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uzorya umukate* ubize icuya mu maso gushika usubire mu butaka, kubera ari bwo wakuwemwo+. Kuko uri umukungugu, kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.” 1 Abakorinto 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ariko iyo duciriwe urubanza+, tuba dutojwe indero na Yehova+, kugira ntidutsindirwe+ hamwe n’isi+.
19 Uzorya umukate* ubize icuya mu maso gushika usubire mu butaka, kubera ari bwo wakuwemwo+. Kuko uri umukungugu, kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.”
32 Ariko iyo duciriwe urubanza+, tuba dutojwe indero na Yehova+, kugira ntidutsindirwe+ hamwe n’isi+.