Abaroma 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yaratanzwe ku bw’amakosa yacu+, hanyuma arazurwa kugira twitwe abagororotsi+.