Ivyakozwe 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Imana ya ba sogokuruza bacu yarazuye+ Yezu, uwo mwebwe mwishe mumumanitse ku giti+. 2 Abakorinto 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kandi yapfiriye bose kugira ngo abariho ntibabe bakibaho ku bwabo+, ahubwo babeho ku bw’umwe+ yabapfira hanyuma akazurwa+.
15 kandi yapfiriye bose kugira ngo abariho ntibabe bakibaho ku bwabo+, ahubwo babeho ku bw’umwe+ yabapfira hanyuma akazurwa+.