Abaroma 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+. Yakobo 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze nya cipfuzo iyo gitwaye inda, kivyara igicumuro+; igicumuro na co iyo kiranguwe, kivyara urupfu+.
21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+.
15 Maze nya cipfuzo iyo gitwaye inda, kivyara igicumuro+; igicumuro na co iyo kiranguwe, kivyara urupfu+.