ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 18:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+.

  • Ezekiyeli 20:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “‘“Maze ndabaha ivyagezwe vyanje+, ndabamenyesha ingingo zanje z’ubutungane+, kugira ngo uwuguma azikurikiza ashobore kandi kuguma abeshwaho na zo+.

  • Luka 10:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Amubwira ati: “Wishuye neza; ‘guma ukora ivyo, uzoronka ubuzima+.’ ”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika