5 Ku bw’ivyo rero Yehova abona ko ububi bw’umuntu bwari bugwiriye mw’isi be n’uko impengamiro+ yose y’ivyiyumviro vy’umutima wiwe yari mbi gusa igihe cose+.
6 Ducika nk’umuntu ahumanye, twese uko tungana, ibikorwa vyacu vy’ubugororotsi vyose na vyo bikaba bimeze nk’impuzu yo mu bihe vy’ubutinyanka+; tuzoyama nk’amababi+, twese, kandi amakosa yacu ni yo azodukukumura nk’umuyaga+.