Abagalatiya 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko umubiri urwanya impwemu+ mu vyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri; kuko ivyo bidacana uwaka, ku buryo ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+.
17 Kuko umubiri urwanya impwemu+ mu vyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri; kuko ivyo bidacana uwaka, ku buryo ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+.